There is no video clip yet

Ninde nkumuvyeyi

Jun. 3, 2019

Mama

Ndabaramukije amahoro y’Imana unomusi nashaka kuvugana nawewe uriko usoma ndakubaza ati ninde nka mama yakuvyaye yakwibungenze inda amezi 9 arakuvyara. Ariko keshi tumaze gukura ntitwibuka ko umuvyeyi yatuvyaye akakurera, umuvyeyi ukwari kose nukumwubaha kuko Imana yaramushoboje arakuvyara naho yoba ashaje aba yarigeze kuba inkumi rero twubahe aba mama na papa Imana yabashoje kutuvyara nabatari abavyeyi bacu nukubaha icubahiro kibakwiriye mukoze mwese mwashoye gusoma Imana ibahe umugisha.

WELCOME TO BARU SITE

Karibu mwese murahawe ikaze ndabipfuriza imigisha myishi , mungo zanyu canke umwumwe west aho aherereye.kuyu musi nashaka kuyaga nawewe wumva wihebuye canke ukaba ubona ufise ungorane zindandukanye ukaba waziburiye inyishu .Mubuzima bwamisi yose abantu bahura ingorane zitandukanye, ariko umwumwe wese abafise ikibazo gitandukanye nicamugenziwe.Ariko murivyose Yesu ninyishu yavyose yambereye inyishu mugihe narimbuze amahoro Yesu ambera amahoro kuko atanga vyose . ushobora kuronderera inyishu ahandi ntuyironke ariko kuri Yesu hari vyose.

Yesu ni nyishu yavyose

Inkuru nziza ya Yesu Kristo

May. 20, 2019

Nikiwatanze

Ndabaramukije mwizina rya Yesu Kristo , nikiwatanze kugira irindwe ntacowatanze atari imbabazi z’Imana iturinda ijoro numurango wewe wirata niwirate kowamenye Yesu kandi izina ryawe rikaba ryanditse mugitabo Cubugingo. None wewe witeguriye gute (swali Kwako)

Jun. 5, 2019

Yesu ninyishu

Ndabaramukije mwizina ry'Umwami Yesu kristo
umutwe wujambo nanditse ati Yesu ninyishu ndasabira ko yukubera inyu yibibazo ufise ntawundi yokubera inyishu atari Yesu . Iyo nibutse urukundo Imana yadukunze numva gushima cane Uhoraho yatanze umwana wikinege aradupfura kumusaraba igorogota twarabo gupfa rubi ariko kubwurukundo rw'Imana twaracunguwe Yesu yatubereye inyishu.

Praise is Jesus my name is Habarugira

Hello everyone welcome kaze na karibu Imana ibahezagire Mungu awabaliki God bless you