Song of Day 

indirimbo yu musi 

Ndaramukije amahoro y'Imana kurimwese ndabipfuriza kuroranigwa muri vyose turi muntango, yu mwaka 2020 wipfuza gushika kuki mwuyu mwaka. umwaka waheze wungutse iki? Canke wahomye iki ? gira indoto nziza imigisha  myishi.